Uguteragira amashengero ni igikorwa gisabagiye mu bakozi b'Imana b'ubutumwa bwiza. Cari co gikorwa nyamukuru c'intumwa za mbere. Uguteragira amashengero kwiza gusaba impano kandi kurimwo ibihande bitandukanye. Dag Heward-Mills, uwatanguje Ishengero risabagiye kw'isi yose rifise amashengero arenga ibihumbi bitatu, aratuyobora mu kwihweza impande zitandukanye zo guteragira amashengero muri iki gitabo.
Iki gitanga inyigisho ku mushumba w'Imana wese ashaka ko guteragira amashengero biba iyerekwa ryiwe mu buzima no mu gikorwa c'Imana.